SINAKOSHEJE

Ndeana Eddy

2 fans

Ndeana Eddy


Year:
2018
#1

 Become A Better Singer In Only 30 Days, With Easy Video Lessons!

Intro:
(Yeeheee Sinakosheje kukumenya,ntaco bitway’ivyo mbona kukubwiza nzohishurwa ataco nobugereranya)

Vers:KUKUKUMENYA SINAKOSHEJE 
NARATOMBOYE SINAHUSHIJE 
NARATORANIJWE UBU NDUWAWE 
UBUNTU BWAWE BURAMPAJIJE 
(urumwungere wanje kukumenya sikosheje)

Chorus 
NAHO INGABO ZOSAGAZA 
UMUTIMA WANJE NTUZOTINYA
NAHO INTAMBARA YOVYUKA IKANGWANYA
NIWEWE NZOHANGA AMASO 
NZOKWIZIGIRA URAMPAGIJE


Vers:KUKUKUMENYA SINAKOSHEJE 
NARATOMBOYE SINAHUSHIJE 
NARATORANIJWE UBU NDUWAWE 
UBUNTU BWAWE BURAMPAJIJE

Chorus 
NAHO INGABO ZOSAGAZA 
UMUTIMA WANJE NTUZOTINYA
NAHO INTAMBARA YOVYUKA IKANGWANYA
NIWEWE NZOHANGA AMASO 
NZOKWIZIGIRA URAMPAGIJE

:NAHO INGABO ZOSAGAZA 
UMUTIMA WANJE NTUZOTINYA
NAHO INTAMBARA YOVYUKA IKANGWANYA
NIWEWE NZOHANGA AMASO 
NZOKWIZIGIRA URAMPAGIJE
(Bigumye canke vyoroshe)

:NAHO INGABO ZOSAGAZA 
(ntampamvu yotuma ntinya)
UMUTIMA WANJE NTUZOTINYA
(Ntampavu ihari yotuma njugumira)
NAHO INTAMBARA YOVYUKA IKANGWANYA(urumwe gusa nzohanga amaso )
NIWEWE NZOHANGA AMASO 
NZOKWIZIGIRA URAMPAGIJE

EEH nzokorer’IMANA 
Nshake ndaharare 
Kuko umusi umwe nzogororegwa 
 Nzokorer’IMANA 
Nshake ndaharare 
Kuko umusi umwe nzogororegwa 

Nzokorer’IMANA 
Nshake ndaharare 
Kuko umusi umwe nzogororegwa 
 Nzokorer’IMANA (bigumye canke vyoroshe )
Nshake ndaharare 
(mumarushwa nomumunezero 
Kuko umusi umwe nzogororegwa 
Eeh ntabwo nzokorwa nisoni ndavyizeye,yarabimbwiye Da  ko ntawoje kuriwewe maze ngo akorwe nisoni,Ntawagusavye umukate maze ngo ahabwe ibuye )

 Watch: New Singing Lesson Videos Can Make Anyone A Great Singer

 

Written by: Ndeana Eddy

Submitted by davidzelotte on March 03, 2022

Discuss these SINAKOSHEJE Lyrics with the community:

0 Comments

    Translation

    Translate these lyrics to another language:

    Select another language:

    • - Select -
    • 简体中文 (Chinese - Simplified)
    • 繁體中文 (Chinese - Traditional)
    • Español (Spanish)
    • Esperanto (Esperanto)
    • 日本語 (Japanese)
    • Português (Portuguese)
    • Deutsch (German)
    • العربية (Arabic)
    • Français (French)
    • Русский (Russian)
    • ಕನ್ನಡ (Kannada)
    • 한국어 (Korean)
    • עברית (Hebrew)
    • Gaeilge (Irish)
    • Українська (Ukrainian)
    • اردو (Urdu)
    • Magyar (Hungarian)
    • मानक हिन्दी (Hindi)
    • Indonesia (Indonesian)
    • Italiano (Italian)
    • தமிழ் (Tamil)
    • Türkçe (Turkish)
    • తెలుగు (Telugu)
    • ภาษาไทย (Thai)
    • Tiếng Việt (Vietnamese)
    • Čeština (Czech)
    • Polski (Polish)
    • Bahasa Indonesia (Indonesian)
    • Românește (Romanian)
    • Nederlands (Dutch)
    • Ελληνικά (Greek)
    • Latinum (Latin)
    • Svenska (Swedish)
    • Dansk (Danish)
    • Suomi (Finnish)
    • فارسی (Persian)
    • ייִדיש (Yiddish)
    • հայերեն (Armenian)
    • Norsk (Norwegian)
    • English (English)

    Citation

    Use the citation below to add these lyrics to your bibliography:

    Style:MLAChicagoAPA

    "SINAKOSHEJE Lyrics." Lyrics.com. STANDS4 LLC, 2024. Web. 18 May 2024. <https://www.lyrics.com/sublyric/125434/Ndeana+Eddy/SINAKOSHEJE>.

    We need you!

    Help build the largest human-edited lyrics collection on the web!

    Watch the song video

    SINAKOSHEJE

    747
    65     0

    Browse Lyrics.com

    Quiz

    Are you a music master?

    »
    What is the theme song to the movie: Staying Alive?
    A Ray Parker Jr. - Ghostbusters
    B Eric Carmen - Hungry Eyes
    C Frank Stallone - Far from Over
    D Survivor - Eye of the Tiger

    Free, no signup required:

    Add to Chrome

    Get instant explanation for any lyrics that hits you anywhere on the web!

    Free, no signup required:

    Add to Firefox

    Get instant explanation for any acronym or abbreviation that hits you anywhere on the web!