Umuvyeyi (Official Audio)
Ledidk
Become A Better Singer In Only 30 Days, With Easy Video Lessons!
Aaaaaaaah Umuvyeyiiiiih Papa mama ndabakundaa Urukundo rwa mbere n'urw' Imana Urwakabiri n'urw'umuvyeyi Niyompamv'iy'uvumwe n'umuvyeyi, ub'uvumwe n 'abantu,uba uvumwe n'Imana Urukundo rwa mbere n'urw' Imana Urwakabiri n'urw'umuvyeyi Niyompamv'iy'uvumwe n'umuvyeyi, ub'uvumwe n 'abantu,uba uvumwe n'Imana Ninde yombera nk'umuvyeyi? Eka ntawombera nk'umuvyeyi Ninde yombera nk'umuvyeyi? Papa, mama ndabakundaaaa Ninde yombera nk'umuvyeyi? Eka ntawombera nk'umuvyeyi Ninde yombera nk'umuvyeyi? Papa, mama ndabaakundaaaa Sinaribwitwe na muto, mtoto Nd'ikitazi munda kwa mama Imisonga nk 'imisogoto, ntera sokoto,amez'icenda munda kwa mamaaa Wabaye umucakara mama,urandar'uruntwar'uramvyara Nzokwa ndagushimira muvyeyiwe, we witanze ukandera ndakura maaama Eeeh, nooooh Sijuwi n'takulipe nini mamaa Me love you, me love you Duniani sioni chenye thamani maama Me love you, me love you Sijuwi n'takulipe nini mamaa Me love you, me love you Duniani sioni chenye thamani maama Me love you, me love you Mola akulinde kwenda motoni Direct akufikish peponi Sijuwi ntakulipa nini mama Me love you, me love you Urukundo rwambere n'urw' Imana Urwakabiri n'urw'umuvyeyi Niyompamv'iy'uvumwe n'umuvyeyi, ub'uvumwe n 'abantu,uba uvumwe n'Imana Urukundo rwa mbere n'urw' Imana Urwakabiri n'urw'umuvyeyi Niyompamv'iy'uvumwe n'umuvyeyi, ub'uvumwe n 'abantu,uba uvumwe n'Imana Ninde yombera nk'umuvyeyi? Eka ntawombera nk'umuvyeyi Ninde yombera nk'umuvyeyi? Papa, mama ndabaakundaaaa Ninde yombera nk'umuvyeyi? Eka ntawombera nk'umuvyeyi Ninde yombera nk'umuvyeyi? Papa, mama ndabaakundaaaa
The easy, fast & fun way to learn how to sing: 30DaySinger.com
Citation
Use the citation below to add these lyrics to your bibliography:
Style:MLAChicagoAPA
"Umuvyeyi (Official Audio) Lyrics." Lyrics.com. STANDS4 LLC, 2024. Web. 5 May 2024. <https://www.lyrics.com/lyric-lf/5229919/Ledidk/Umuvyeyi+%28Official+Audio%29>.
Discuss the Umuvyeyi (Official Audio) Lyrics with the community:
Report Comment
We're doing our best to make sure our content is useful, accurate and safe.
If by any chance you spot an inappropriate comment while navigating through our website please use this form to let us know, and we'll take care of it shortly.
Attachment
You need to be logged in to favorite.
Log In