Manitse Amaboko
Heavenly Melodies Africa
Watch: New Singing Lesson Videos Can Make Anyone A Great Singer
Manitse amaboko yanje Manitse amaboko yanje N'ibiganza vyera Nshimagiza Umwami Yesu Mu ndimi z'ibihugu vyose Yesu Shimwa Ndi icaremwe gishasha Ivya kera vyararangiye Naratsindanishirijwe Ndi Umwana w'Imana Ubu ndi muzima Nabambanywe na Kristo Ariko sije indiho Ubu ndi muzima Nabambanywe na Kristo Ariko sije indiho Ni Kristo muri je Manitse amaboko yanje N'ibiganza vyera Nshimagiza Umwami Yesu Mu ndimi z'ibihugu vyose Yesu Shimwa Ndi icaremwe gishasha Ivya kera vyararangiye Naratsindanishirijwe Ndi Umwana w'Imana Ubu ndi muzima Nabambanywe na Kristo Ariko sije indiho Ubu ndi muzima Nabambanywe na Kristo Ariko sije indiho Ni Kristo muri je Manitse amaboko yanje N'ibiganza vyera Nshimagiza Umwami Yesu Mu ndimi z'ibihugu vyose Yesu Shimwa Yesu ni muzima Niyo mpamvu ndamushima Icaha caneshejwe n'ububasha bw'urukundo Manitse amaboko yanje N'ibiganza vyera Nshimagiza Umwami Yesu Mu ndimi z'ibihugu vyose Yesu Shimwa
Watch: New Singing Lesson Videos Can Make Anyone A Great Singer
Citation
Use the citation below to add these lyrics to your bibliography:
Style:MLAChicagoAPA
"Manitse Amaboko Lyrics." Lyrics.com. STANDS4 LLC, 2023. Web. 11 Dec. 2023. <https://www.lyrics.com/lyric-lf/8059075/Heavenly+Melodies+Africa/Manitse+Amaboko>.
Discuss the Manitse Amaboko Lyrics with the community:
Report Comment
We're doing our best to make sure our content is useful, accurate and safe.
If by any chance you spot an inappropriate comment while navigating through our website please use this form to let us know, and we'll take care of it shortly.
Attachment
You need to be logged in to favorite.
Log In