Ni Impore
Heavenly Melodies Africa
Become A Better Singer In Only 30 Days, With Easy Video Lessons!
Ubu n'amahoro mu mutima wanje Kuko Yesu yankijije Kandi har' ikintu yanyigishije N' uko ntakwiye kwiganyira Satan' iy'anteye, akandas'imyampi Numva mfis'ikindemesha Ko Yesu yabonye ko ntokwivuna Aranyigur' arancungura N' impore, n' impore N' impore mu mutima wanje Ivyaha vyanje vyarabambge ku giti Si bimwe gusa, ni vyose Sinkibitwaye, yarabinduhuye Iman' ishimwe, Haleluya Noneho kubwanje kubaho ni Kristo Kandi singitinya gupfa Urupfu na rwo ruzomber' inyungu Yesu yanyujuj' amahoro N' impore, n' impore N' impore mu mutima wanje Mw ishikiro ryacu ni mw ijur' i bwami S'epf'i kuzimu, bagenzi Twitege kwumv' inzamba z'Umukiza Uzogaruka ryari Yesu N' impore, n' impore N' impore mu mutima wanje
Watch: New Singing Lesson Videos Can Make Anyone A Great Singer
Citation
Use the citation below to add these lyrics to your bibliography:
Style:MLAChicagoAPA
"Ni Impore Lyrics." Lyrics.com. STANDS4 LLC, 2023. Web. 1 Dec. 2023. <https://www.lyrics.com/lyric-lf/4848979/Heavenly+Melodies+Africa/Ni+Impore>.
Discuss the Ni Impore Lyrics with the community:
Report Comment
We're doing our best to make sure our content is useful, accurate and safe.
If by any chance you spot an inappropriate comment while navigating through our website please use this form to let us know, and we'll take care of it shortly.
Attachment
You need to be logged in to favorite.
Log In