Ndi Umwana W'imana

Heavenly Melodies Africa

0 fans

Heavenly Melodies Africa


4:34
28 
#1

 Watch: New Singing Lesson Videos Can Make Anyone A Great Singer

Nd'umwana w'Imana 
Kuko mfise Yesu 
Na Mpwemu w'Imana 
Naw'aravyemeza 
Mfise amahoro n'Imana yanje 
Natsindanishirijwe Mu kwizera 

Kubw'ikimazi Ca Yesu Kristo 
Ubu nuzuye n'Imana yanje

Washiz'indirimbo nsha 
Mu mutima wanje 
Nzokuririmbira nkiriho 
Mbere n'aho nopfa ngez'imbere yawe 
Nzosubira mvuz'iyi nanga 
Twagizwe umwe ntacodutandukanya 
Twagizwe umwe ntacodutandukanya

 Ubuntu bwiwe bwinshi yangiriye 
N'irembo ry'ijuru Yanyugururiye 
Bintera kumukunda nkamwizera
Niyambuy'ivyaha n'igisa navyo

Kubw'ikimazi Ca Yesu Kristo 
Ubu nuzuye n'Imana yanje

Washize indirimbo nsha 
Mu mutima wanje 
Nzokuririmbira nkiriho 
Mbere n'aho nopfa ngeze imbere yawe 
Nzosubira mvuze iyi nanga

Washize indirimbo nsha 
Mu mutima wanje 
Nzokuririmbira nkiriho 
Mbere n'aho nopfa ngeze imbere yawe 
Nzosubira mvuze iyi nanga 
Twagizwe umwe ntacodutandukanya 
Twagizwe umwe ntacodutandukanya 
Twagizwe umwe ntacodutandukanya 
Twagizwe umwe ntacodutandukanya

 The easy, fast & fun way to learn how to sing: 30DaySinger.com

Written by: Fabrice Nzeyimana

Lyrics © DistroKid

Lyrics Licensed & Provided by LyricFind

Discuss the Ndi Umwana W'imana Lyrics with the community:

0 Comments

    Citation

    Use the citation below to add these lyrics to your bibliography:

    Style:MLAChicagoAPA

    "Ndi Umwana W'imana Lyrics." Lyrics.com. STANDS4 LLC, 2023. Web. 4 Dec. 2023. <https://www.lyrics.com/lyric-lf/4177983/Heavenly+Melodies+Africa/Ndi+Umwana+W%27imana>.

    Missing lyrics by Heavenly Melodies Africa?

    Know any other songs by Heavenly Melodies Africa? Don't keep it to yourself!

    Watch the song video

    Ndi Umwana W'imana

    99
    2     0

    Browse Lyrics.com

    Our awesome collection of

    Promoted Songs

    »

    Quiz

    Are you a music master?

    »
    On the album "Diver Down", which song did Van Halen feature a cover of?
    • A. Ice Cream Man
    • B. A Apolitical Blues
    • C. You Really Got Me
    • D. (Oh) Pretty Woman

    Free, no signup required:

    Add to Chrome

    Get instant explanation for any lyrics that hits you anywhere on the web!

    Free, no signup required:

    Add to Firefox

    Get instant explanation for any acronym or abbreviation that hits you anywhere on the web!

    Heavenly Melodies Africa tracks

    On Radio Right Now

    Loading...

    Powered by OnRad.io


    Think you know music? Test your MusicIQ here!