Ntawundi (Bonus Track)
Heavenly Melodies Africa
Watch: New Singing Lesson Videos Can Make Anyone A Great Singer
Bantu mwese bo mwisi Muze dushime Uhoraho Tumuririmbire twese N'impundu z'umunezero Kubw'ivyo yakoze N'ivyatarakora Tudugije ishimwe Ntawundi nohungirako Ntawundi azi ivyanje vyose Ntawundi yombera inyishu Ni wewe Yesu mukiza Ni Wewe uzi ibinanije Niwuzi ibibazo mfise Kandi muntenge nke zanje Yesu ni Wewe nje ngana Ntawundi nohungirako Ntawundi azi ivyanje vyose Ntawundi yombera inyishu Ni wewe Yesu mukiza Niwe wivugiye Ngo abarushe bose N'abaremerewe Ni muze kuri Je Ndabaruhura None Mwami ndaje Ntawundi nohungirako Ntawundi azi ivyanje vyose Ntawundi yombera inyishu Ni wewe Yesu mukiza
The easy, fast & fun way to learn how to sing: 30DaySinger.com
Citation
Use the citation below to add these lyrics to your bibliography:
Style:MLAChicagoAPA
"Ntawundi (Bonus Track) Lyrics." Lyrics.com. STANDS4 LLC, 2023. Web. 6 Dec. 2023. <https://www.lyrics.com/lyric-lf/4177976/Heavenly+Melodies+Africa/Ntawundi+%28Bonus+Track%29>.
Discuss the Ntawundi (Bonus Track) Lyrics with the community:
Report Comment
We're doing our best to make sure our content is useful, accurate and safe.
If by any chance you spot an inappropriate comment while navigating through our website please use this form to let us know, and we'll take care of it shortly.
Attachment
You need to be logged in to favorite.
Log In